Ubuvuzi kama muburundi

Ubuvuzi kama muburundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ubuvuzi kama muburundi, Medical and health, Bujumbura, Bubanza.

Ikibazo cy'ama   Ku  , ni ikibazo gihangayikishije   n' #  benshi, aho usanga bamwe barabuze urubyaro, abandi barabuze i...
23/02/2026

Ikibazo cy'ama Ku , ni ikibazo gihangayikishije n' # benshi, aho usanga bamwe barabuze urubyaro, abandi barabuze imihango cyangwa ikaza nabi, abazana ibintu by'umweru mu gitsina cyangwa impumuro mbi, hari nabo usanga nta bushake bagira cyangwa barabuze amavangingo mwahamagara 68 61 34 36

Inyungu zo gukoresha maharani, fatima na Feminine wash:

✅ Byongera amavangingo mu gihe cy'imibonano mpuzabitsina, ubushake n'ububobere.

✅Birinda kugira mu nda hanini (gutendera) bikanabikuraho burundu.

✅ Ikuraho infection urinaire cyangwa vaginale izo arizo zose kabone niyo waba warazivuje zaranze gukira.

✅ Ikuraho burundu kubabara mu gihe cy'imihango, kubabara umugongo, ndetse ituma imihango isubira kuri gahunda.

✅Ituma wisubiranya vuba umaze kubyara.

✅ Isubiza imihango kuri gahunda kandi igatuma ubona imihango niyo waba umaze imyaka utayibona cyangwa utarayibona na rimwe.

✅ ikuraho ingaruka zose ziterwa na onapo.

✅Ituma ugira uruhu rwiza.
9. abantu bazana imihango yavuze irabicagagura ikaza neza.

✅ Iringaniza imisemburo yose y'abadamu n'abakobwa ijyanye n'imyororokere.

✅ikuraho ingaruka zose zo gucura.

✅Ikura imyanda yose ndetse na infection mu myanya myibarukiro.

✅ Yongera ubushake mu kubonana n'umugabo.

✅ Ivura ibibyimba byo muri nyababyeyi bikagenda burundu batiriwe bakubaga.

✅ ivura kubyimbagatana kwa hato na hato.

Turabamenyesha ko turi muri promotion izamara iminsi 15 aho iyo uguze umuti umwe ukaturirwa 30 %, rero ntimucikwe.

Dukorera mu mujyi wa Bujumbura

NB: free delivery everywhere in Burundi

Dufite ibyangombwa duhabwa na FDA, MINISANTE, bitwemerera kohereza produits zacu muri: USA, Germany, Belgique,china, kenya....n'andi hose kwisi

Mutugane tubahe services nziza cyane.....

Ku bindi bisobanuro naho mwayikura mwahamagara +25768613436

*ABAGABO MUGAHINDA*😭😭*jewe umugabo wanje Aho atisonera aritora akambaza ngo Chr wishimye nkamuraba nkumva nomuvuma amate...
22/02/2026

*ABAGABO MUGAHINDA*😭😭

*jewe umugabo wanje Aho atisonera aritora akambaza ngo Chr wishimye nkamuraba nkumva nomuvuma amate mumaso wewe wokwishima umuntu akwabiriye umunota umwe😭😭😭*

Ayo ni amwe mumajambo abagore baganira nabagenzi babo iyo bariko barayaga tubibutseko IKibazo co mugitanda cibasiye abagabo cane bigatuma basuzugurwa , bagacibwa amazi, bakarera abana atari gwabo n'ibindi,,,,,

*Mn: ntamugore numwe yoguca inyuma umwabira neza ntanumugore atoguca inyuma utamwabira bihagije*

*Tuganire gato*: mubisanzwe tuvugako ko umugabo afise IKibazo co mugitanda mugihe afise ibi bibazo

1. Arangiza vuba ( éjaculation précoce)
2. Ateba kwisubiriza canke ntanisubirize
3. Mugihe adashukwa bihagije (kubura inguvu kw'igitsina)
4. Gusubira inyuma kw'igitsina
5. Kuba warikibishije (ma********on) bigatuma imbuto zononekara (diminution de la quantité) canke zikaba amazimazi
6. N'ibindi

*Ngo umwenge w'inzu umenywa na nyaneyo*
Ukaba uri umugabo wibonako Kimwe muri ibi bibazo nyaragasa umpamagara ngire ico nkufasha

Tel+257 68 61 34 36 WhatsApp/appel simple

*🛑Niki cokwihutirwa iyo umaze kwibonako ivyo bibazo*:

Ntakabura imvo, IVYO bibazo bishobora kugushikira Kandi ubwambere wari umeze neza bikunda kuva kubintu vyinshi harimwo nkubugwayi nka diabete, hypertension artérielle, amibe,umugongo, prostate n'ibindi canke bikava kuri stress zo mubuzima busanzwe n'ibindi bibazo bishobora kubitera

*🛑 Ati none mwofasha umuntu gute kwivyo bibazo*

Ivyo vyose iyo umuntu yotahuye k akwiye kuba umugabo abush*tse Ari uza akatugana agafashwa , tubibutseko abanza kubonana na muganga akamupima kugira amenye inkomoka bwite y'ikibazo cawe

*🛑 Ati mukorera hehe*

Dukorera Bujumbura centre ville kuri Avenue de la France

🛑Heures d'ouverture lundi à vendredi kuva 8h00 kugera 17h00

🛑 Samedi kuva 8h00 kugera 15h00

🛑 Dimanche kuva 8h00 kugera 16h00✅

Pour plus d'informations vous pouvez nous contacter au numéro +257 68613436WhatsApp/ appel simple

*Amagara ni amazi aseseka ntibayore*

  nyamba umaze kurushinga nukuri ntakintu kibabaje nko kuzana umugore bikanka ko umwabira mubisanzwe ntamugore aca inyum...
04/02/2026

nyamba umaze kurushinga nukuri ntakintu kibabaje nko kuzana umugore bikanka ko umwabira mubisanzwe ntamugore aca inyuma umugabo amwabira ukwo abishatse ariko umugore utamwabira aragenda Kandi nawe ukigaya murugo✅

Muganga vianney :+257 68 61 34 36

MN: burimugabo wese arashoboye kwabira ariko igikorako abagabo muriyiminsi ni ukurangiza vuba (éjaculation précoce) . ushobora kwibaza ati biva kuki🤔 !!!.

Kurangiza vuba tubivuga mugihe umuntu adashobora Kumara niburiburi iminota 10 atanguye amabanga. mugabo ukaba U*i ko bigushikira ntabwo umugore atoguca inyuma🤷 .

Kurangiza vuba bishobora gutegwa nibintu bitandukanye kuba warikinishije ( ********on ) kuba ufise obésité,kuba ufise ikibazo ca amibe,kuba ufise ikibazo ca diabète du type 2, kuba ufise ikibazo c'umugongo, kuba ufise ama stress,ibibazo vya prostate, testosterone iri kurugero gwo hasi n'ibindi ,,,,)

Ariko Dufise ingaburomuti yitwa REVIVE CAPSULES💊💊 ihangana nibibazo vyimyororokere kurugero gwo hejuru kubagabo canke abasore usanga bagira ibibazo vyo kubura ubushake, kutisubiriza, ingaruka zokwikinisha, kurangiza vuba, gucika intege mukurangura amabanga mpuzabitsina, guteba gushukwa, n'ibindi bibazo bitandukanye.

Gukoresha REVIVE CAPSULES💊💊 vyogufasha kwongera kugarura ivyishimo vy'urugo rwawe.
Whatsapp docteur :+257 68613436

Iyi nyunganiramirire ya Revive nta ngaruka itera ku buzima bwa muntu, ahubwo ifasha mu kurwanya ingaruka ziba zaratewe no gukoresha imiti irimwo chemical elements nka ( Vi**ra 🥱, furaha 🤭, n'ibindi)

Whatsapp docteur :+257 68613436

▶️SIVYO GUSA KANDI TUVURA
1.Amibe
2.Umwijima
3.estoma
4.Diabète du type 2
5.Umwingo
6.Prostate
7. Kubagore batagira amavangingo
8. Infection
9.Nizindi Ngwara nyinshi zitandukanye Tutabashije kudondagura

Karibu mwivuze REVIVE CAPSULES muriyimisi iri kuri promotion munyaragase itarahera

Whatsapp Muganga :+257 68613436 ✅

Humura Nawe Wokira kuko wakigwa nabahanga babinonosoye ✅✅

04/02/2026

Medical & health

IGITUMA umugabo wese arenza IMYAKA 35 akwiye kwitwararika igihimba ciwe ca PROSTATE :*- Waruzi ko umugabo arengeje imyak...
27/01/2026

IGITUMA umugabo wese arenza IMYAKA 35 akwiye kwitwararika igihimba ciwe ca PROSTATE :*

- Waruzi ko umugabo arengeje imyaka 40 utunyabugingo (cellules) twubatse igihimba ca PROSTATE ciwe dutangura kwononekara kandi umubiri wiwe utera ugabanya ubushobozi bwo kwubaka utunyabugingo dushasha ?
- Waruzi ko kumyaka irenga 50 PROSTATE kenshi itangura kuvyimba hanyuma ikanashobora kuvamwo Cancer kubera twa tunyabugingo twononekaye gose ?
- Waruzi ko umugabo arenza imyaka 50 (hormones: testosterone) butera bugabanuka bikajana n'ubushobozi bwo kurangura amabanga yabubatse ?

Kurivyo vyose tudondaguye hejuru, umugabo wese arashobora kuvyikingira mugihe yize gufungura neza. Ariko bivanye n'uko ubu dufungura infungurwa zidakwije ivyangombwa, birasabwa ko turonka inyunganiramfungugwa (ingaburo ) zubaka canke zinagura ibihimba vyacu vy'umubiri.

*M.N:Bashingantahe ntimwirengagize ingaburo zubaka prostate kuko niho hahagaze ubugabo bw'umugabo*🗣️🗣️

ADRESSE : DUKORERA BUJUMBURA CENTRE VILLE IMBERE YA BANCOBU SIÈGE KURI AVENUE DE LA FRANCE NI NEZANANEZA IRUHANDE YA CAFÉ GOURMAND ✅

🛑Heures d'ouverture lundi à vendredi kuva 8h00 kugera 17h00

🛑 Samedi kuva 8h00 kugera 15h00

🛑 Dimanche ntidukora

POUR PLUS D'INFORMATIONS VOUS POUVEZ NOUS CONTACTER AU NUMÉRO :

WhatsApp /Appel :+257 68 68 61 34 36

  nyamba umaze kurushinga nukuri ntakintu kibabaje nko kuzana umugore bikanka ko umwabira mubisanzwe ntamugore aca inyum...
19/01/2026

nyamba umaze kurushinga nukuri ntakintu kibabaje nko kuzana umugore bikanka ko umwabira mubisanzwe ntamugore aca inyuma umugabo amwabira ukwo abishatse ariko umugore utamwabira aragenda Kandi nawe ukigaya murugo✅

Muganga vianney : +257 68613436

MN: burimugabo wese arashoboye kwabira ariko igikorako abagabo muriyiminsi ni ukurangiza vuba (éjaculation précoce) . ushobora kwibaza ati biva kuki🤔 !!!.

Kurangiza vuba tubivuga mugihe umuntu adashobora Kumara niburiburi iminota 10 atanguye amabanga. mugabo ukaba U*i ko bigushikira ntabwo umugore atoguca inyuma🤷 .

Kurangiza vuba bishobora gutegwa nibintu bitandukanye kuba warikinishije ( ********on ) kuba ufise obésité,kuba ufise ikibazo ca amibe,kuba ufise ikibazo ca diabète du type 2, kuba ufise ikibazo c'umugongo, kuba ufise ama stress,ibibazo vya prostate, testosterone iri kurugero gwo hasi n'ibindi ,,,,)

Ariko Dufise ingaburomuti yitwa REVIVE CAPSULES💊💊 ihangana nibibazo vyimyororokere kurugero gwo hejuru kubagabo canke abasore usanga bagira ibibazo vyo kubura ubushake, kutisubiriza, ingaruka zokwikinisha, kurangiza vuba, gucika intege mukurangura amabanga mpuzabitsina, guteba gushukwa, n'ibindi bibazo bitandukanye.

Gukoresha REVIVE CAPSULES💊💊 vyogufasha kwongera kugarura ivyishimo vy'urugo rwawe.
Whatsapp docteur :+257 68613436

Iyi nyunganiramirire ya Revive nta ngaruka itera ku buzima bwa muntu, ahubwo ifasha mu kurwanya ingaruka ziba zaratewe no gukoresha imiti irimwo chemical elements nka ( Vi**ra 🥱, furaha 🤭, n'ibindi)

Whatsapp docteur :+257 68613436

▶️SIVYO GUSA KANDI TUVURA
1.Amibe
2.Umwijima
3.estoma
4.Diabète du type 2
5.Umwingo
6.Prostate
7. Kubagore batagira amavangingo
8. Infection
9.Nizindi Ngwara nyinshi zitandukanye Tutabashije kudondagura

Karibu mwivuze REVIVE CAPSULES muriyimisi iri kuri promotion munyaragase itarahera

Whatsapp Muganga :+257 68 61 34 36 ✅

Humura Nawe Wokira kuko wakigwa nabahanga babinonosoye ✅✅.

🛑INDWARA ITERWA NA AMIBE (AMIBIASE)MFASHE UMWANYA TUGANIRE NABANTU AMIBE IMEREYE NABI :1️⃣Ese waruziko Amibe:� Ishobora ...
10/01/2026

🛑INDWARA ITERWA NA AMIBE (AMIBIASE)

MFASHE UMWANYA TUGANIRE NABANTU AMIBE IMEREYE NABI :

1️⃣Ese waruziko Amibe:
� Ishobora kwonona ubwonko ukaza ususumira?

2️⃣� AMIBE ishobora gutuma Utarangura amabanga yabubatse neza? N'imboro ikitunatuna ukayoberwa Ikiriko kibitera?(bikunze gushikira abagabo plus de 35ans)

3️⃣�Amibe Ishobora gutuma urwara inyama zo munda?

4️⃣�Amibe Ishobora gutuma uhorana isereri,...

5️⃣Amibe ishobora gutuma igitigu candura iyo vyageze kurundi rugero (Kugwara Igitigu/Hépatite n'ibindi vyinshi?)

🛑ICO mutari muzi :
Amibe ntabwo ari indwara ahubwo amibe ni inzoka ibana numuntu uwariwe wese kuko buriwese agira amibe mumubiri wiwe ,Amibe rero ikaba isanzwe iba muma intestins (AMARA)

🛑Niryari Amibe itera ibibazo umuntu !!!

Twavuzeko Amibe iba muma intestins rero iyo Ama intestins (AMARA) yononekaye canke amavuta atayo bivanye nimvo runaka Amibe ica ivayo igatembera mumubiri ikaja kurya amavuta aba muruti gw'umugongo ariharya wumva vyanka ko wunama ngo wunamuke uk**a wiganyira

🛑Niryari Amibe iteza ibibazo mubwonko👇

Twomenyako iyo usamaye ntiwivuze Amibe imaze Kumara amavuta yo muruti gw'umugongo ica igenda kurya amavuta aba mubwonko gutyo uk**a wibagira cane kubagabo naho amabanga yabubatse bikagorana cane

🛑Niryari bikuviramwo urupfu 😭

Mugihe Amibe iriko irarya amavuta yo mubwonko hanyuma igaca umutsi umwe muyigize ubwonko umuntu aca agwara ingwara twita iyo mumutwe (uwo twita umusazi) ndetse bikakuviramwo urupfu😭

🛑Benshi baribaza ATI kuki nivuza ikagaruka!!!!

Mubisanzwe ushobora kugenda kuri pharmacie ugahabwa umuti (utunini) tugwana na Amibe hanyuma wadufata ubumara bwatwo burokera Amibe kubwivyo Amibe igahunga igasubira muma intestins (AMARA)ariko ubumara buheze irasubira ikavayo ikagaruka kukubabaza mumubiri ariho ubona yakubujije ivyo ufungura, umubiri ukavyimba ,,,,

🛑Ati mwabuze vyinshi mweho murafasha iki kuri Amibe

Ushaka ubufasha bwacu urashika Aho dukorera ukabonana na muganga akagukorera ibipimo vyumubiri (Analyse pathologique du corps) tukaraba inkomoko ituma Amibe ikumerera nabi akaraba ama intestins urugero ariko ,amavuta ukwo ameze ndetse akaraba Nico imaze kwonona kubwivyo ugahabwa umuti bivanye nibipimo vyatowe ubwo Amibe ukisubirira mukibanza cayo umuntu akaronka amahoro ubuziraherezo

🛑MN: DUKORESHA PRODUITS NATURELS SANS PRODUITS CHIMIQUES AJOUTÉS

🛑 Adresse : DUKORERA BUJUMBURA CENTRE VILLE IMBERE YA" BANCOBU SIÈGE" NEZANANEZA IRUHANDE YA "CAFÉ GOURMAND"

🛑 HEURES D'OUVERTURE : LUNDI À SAMEDI KUVA 8H00 KUGERA 17H00

🛑Pour plus d'informations vous pouvez nous contacter au numéro :
+25768613436
call/ WhatsApp

Amagara ni amazi aseseka ntibayore ✅

  N'ABAGORE ibibibazo mumenyeko mwese murimwo : urikinisha, Urangizavuba , ntabushake ugira, Warabuze uruvyaro, ugwaye i...
09/01/2026

N'ABAGORE ibibibazo mumenyeko mwese murimwo : urikinisha, Urangizavuba , ntabushake ugira, Warabuze uruvyaro, ugwaye infection, ntamazi ugira, Andikira Muganga Vianney kuri whatsap agufashe : 68 61 34 36

ufise ikibazo cokwabira ugakora kamwe igaca igwa kuvyuka bikananira umuti uriho ubivura ugakora incuro zirenga 3 igihagaze , abagabo batagira ubushake , muminota 2 baba barangije sezera burundu ivyo bibazo ✅️

Mumanza gukoregwa igipimo tukaraba urugero ikibaz kigezeko nicagiteye nimba ari hormone nkeya ufise mumubiri tukazongerereza

Dukorera Bujumbura Centre ville imbere ya BANCOBU SIÈGE, nezananeza iruhande ya CAFÉ GOURMAND✅

ufise ikibazo co kurangiza vuba andikira Dr Mugisha kuri WhatsApp 68613436

Ntabusuma burimwo kubera ntuturungikira amahera wewe urashika aho dukorera tukagupima tukaraba icateye icokibazo hama tukakirandurana n'imizi burundu ugasubira kunezereza umukunzi wawe.

Dufise imiti ituma wabira 45min kuduga ukabandanya akakabiri itaragwa kandi ukisubiriza igihagaze

Sivyo gusa tuvura na zangwara bama bavuga ngo ntizikira:

Infection
Diabète
Estoma
Asima
Sinezite
Amibe
Umwingo
Umugongo
Ibivyimba
Amenyo
Hépatite ABC
N'izindi nyinshi mwibaza ko zidakira

Ufise, ikibazo andikira Dr Mugisha kuri WhatsApp 68613436
NDASUBIYEMWO NTABUSUMA BURIMWO URISHIKIRA AHO DUKORERA +257 68 004 641
Ikigo cacu gikorera mubihugu vyinshi naho woba utari muburundi turakwereka ahari ishami ryacu mugihugu urimwo 68613436

Naho woba ufise imyaka 65   uragusubiza mubusore kuko wongeza inguvu   isaha yose wisubirizaKutakaza inguvu zo kurangura...
26/12/2025

Naho woba ufise imyaka 65 uragusubiza mubusore kuko wongeza inguvu isaha yose wisubiriza

Kutakaza inguvu zo kurangura amabanga yabubatse ni kimwe mu ndwara zibangamiye ingo nyinshi
Appel/whats (257 68 61 34 36 )

*NI GUTE TWOBONA KO TUGENDANA UBWO BUGWAYI Ibimenyetso twoshobora kubivuga mumice 4*

1 .hari abagabo igitsina cabo bigorana ko gishobora guhakuruka naho umufasha wiwe yo mutegura gute akamukorakora mubihimba nkaburamubiri itigera igira inguvu

2 .hari umuce w' abagabo igitsina cabo gihaguruka bariko barashushanya n' umugore wiwe ( caresse) ariko ubwo nyene kigaca kigwa ataco arakora

3 .hari umuce wabagabo ashobora kuba agishushanya n' umufasha wiwe canke umukunzi wiwe ubwo nyene igitsina kigahaguruka kandi gifise n' inguvu ubwo nyene intanga zigaca zisesa hasi atararangura amabanga mpuzabitsina ( éjaculation précoce )

Akenshi birakunze guterwa na prostate canke kuba uwomuntu yoba yarigeze kwikinisha ma********on bigatuma turya turingoti dusohora amasoro twononekara. Hamwe nibindi bibazo bitandukanye.

Muti none hokorwa iki kugirango umuntu ashobore gukira? icambere nuko kumuntu abafise ibimenyetso benivyo yobonana namuganga kugirango amufashe.

Dukorera Bujumbura nomuzindi ntara Ndetse nomubindi bihugu bivana naho utumbereye uravugwa vyoroshe

Whatsapp Muganga :+257 68613436

    Ese wifuza kurongora UMUGORE wawe akakwirahira baza Docteur (+257 68 61 34 36 ) NDAMWIZEYE ARAKUGIRA INAMA ANAKWEREK...
18/12/2025

Ese wifuza kurongora UMUGORE wawe akakwirahira baza Docteur (+257 68 61 34 36 )

NDAMWIZEYE ARAKUGIRA INAMA ANAKWEREKE UKO WITWARA UTANGIYE GUSHORA IMIZI RERO NTUCIKWE NGO BAZONGERE BAKUNYUZEMO IJISHO

💊(NIBA URANGIZA_VUBA,UCIKA INTEGE, WIKINISHA AGATURU KA 2 KAKUGORA IYI NIYAWE)
:call +257 68613436

Bwira nabandi ko wabonye umuti tugufashe uhinduke uwo wifuza mururyamiro.

DORE Ivyo IFASHA:

� Ese waba ugira ikibazo cyo Kurangiza vuba?
� Ese waba ugira ikibazo cyo Kutagira ubushake?
�Ese waba Ukora agaturu kambere ariko gushaka aka kabiri bikanga?
�Ese uri umudamu cank umukobwa ariko ntamazi ugira cank ufite make?
� Ese Intanga zawe zacitse amazi cank zigenda gake
�Ese wabaswe no kwikinisha cank ufite zimwe mungaruka zabyo?

7) Tuvura nizindi ndwara nyinshi nka Amibe ,igifu,impyiko, umwijima, amara, diabete, umutima, estomac, amafyigo, umugongo, imitsi(les nerfs), ibivyimba...... .......nizindi nyinshi

Wigira Isoni Nyandikira cank Umpamagare Nkukorere Umuti cank call :+257 68613436

Ese waruziko iyi miti yacu yakugeraho niyo mumahanga uri? Igisubizo ni yego .Mutugane tubahe services nziza cane.....

Address

Bujumbura
Bubanza

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ubuvuzi kama muburundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share