25/12/2024
■ Ukubita aba Boss imbwa zikamoka🐕😀
Ntakuntu "CHIMAMANDA MOSES" yari gusitagurika avuga amajambo nkarya yose arumuntu atekereza😏
Mbe kuki abantu tuba dutinya umuntu utubwiza ukuri🤷♀️ kubafise umugore agendana ubumuga bwo kutavuga(IKIRAGI) ntakosa ririmo ahubwo ikosa riri kumyitwarire yiwee😎
Gutyoza umwigeme ngafite amabere biranasekeje gose😀😀 mbe umugore wiwe ntamabere afise🤷♀️ canke ubumuga abufise mumpande zose😄
M.N: ikimenyetso c'umwigeme nuko aba afise amabere kandi ninaho agateka kiwe kari.
OK☆☆☆☆☆🙌