Bien être

Bien être Safety is everyone's responsability:si nous savions les effets des toxines nous nous en débarrassions

Iyi image irimwo isomo rikomeye ku bijanye no gutangura business:🧠 Insiguro yayoKu gice ca mbere, umuvugizi abaza ati:“N...
04/09/2026

Iyi image irimwo isomo rikomeye ku bijanye no gutangura business:

🧠 Insiguro yayo

Ku gice ca mbere, umuvugizi abaza ati:

“NINDE ASHAKA GUTUNGA?”
👉 Bisobanura ngo: “Ni nde ashaka kuba umutunzi?”

Abantu hafi ya bose baraduza amaboko. Benshi baripfuza amafaranga, ubuzima bwiza n’ubutunzi.

Ariko ku gice ca kabiri, abaza ati:

“NINDE YITEGUYE GUTANGURA BUSINESS?”
👉 Bisobanura ngo: “Ni nde yiteguye gutangura business no Gukora cane ?”

Noneho nta muntu n'umwe aterura ngo afuze ukuboko.

💡 Inyigisho irimwo"isomo rikuri"👇👇👇

Abantu benshi bashaka kuba abatunzi, ariko bake ni bo bitegura gukora ibikenewe kugira babe abatunzi.

Gushaka ubutunzi ntibihagije. Bisaba:

-Gufata ingingo

-Gutangura

-Kwiga

-Gukora n’umwete

-Kwihangana

-Kwemera kwiga ku makosa

-Gukoresha amahirwe abonetse

👉 Ntukabaze gusa uti: “Ndashaka kuba umutunzi?”
Ibaze uti: “Niteguye gukora iki kugira mbe umutunzi?”

Migambi Coach

Iyo ufashe Forever freedom uba uhaye umubiri wawe wose umwidegemvyo mu magufa y'umubiri wose.Amavuta yo mu ngingo z'umub...
04/09/2026

Iyo ufashe Forever freedom uba uhaye umubiri wawe wose umwidegemvyo mu magufa y'umubiri wose.
Amavuta yo mu ngingo z'umubiri arak**a iyo tutagiye turafata icangombwa gituma amavuta aguma yongerezwa agume akwiye.
Nturindire ko amavuta yawe ak**a ngo ingingo zikoraneko,ahubwo fata forever freedom kuva ubu.
Nawe vyamaze gukoranako,fata forever freedom ugarukane umwidegemvyo mu ngingo zawe 360 z'umubiri wose.

Twakure canke utwandikire kuri 79 27 22 19
69086851/Appel et SMS Whatsap

Muhe umuntu wawe iki kinyobwa yoze ishano/isumu bamuhaye,amibe,inzoka niyindi myanda imutera kugumbiza,kubura appétit, c...
31/08/2026

Muhe umuntu wawe iki kinyobwa yoze ishano/isumu bamuhaye,amibe,inzoka niyindi myanda imutera kugumbiza,kubura appétit, canke kutagira ibiro bikwiye

Kubavyeyi Aloe vera berry nectar,irakinga inkurikizi mbi za planning familiale, ibivyimba vyo munda,ama cancer ya prostate, irongereza amaraso,nabasoda bumubiri.

Ukeneye ubufasha hamagara +25769086851

Merci pour l'invitation. I will be there.      Proud of my forever Living business
12/08/2026

Merci pour l'invitation. I will be there.





Proud of my forever Living business

Ingaburo y'abagabo.      Tel+25769086851
11/08/2026

Ingaburo y'abagabo.






Tel+25769086851

🌟 FOREVER KIDS – Parce que chaque enfant mérite le meilleur ! 🌟Les enfants grandissent, apprennent et dépensent beaucoup...
31/07/2026

🌟 FOREVER KIDS – Parce que chaque enfant mérite le meilleur ! 🌟

Les enfants grandissent, apprennent et dépensent beaucoup d'énergie chaque jour. Forever Kids est un complément alimentaire spécialement conçu pour les accompagner avec des vitamines et des minéraux essentiels, dans de délicieuses tablettes à croquer qu'ils apprécient.

💚 Il contribue à compléter leur alimentation.
🦴 La vitamine D participe au maintien d'une ossature normale.
🛡️ Les vitamines C et D contribuent au fonctionnement normal du système immunitaire.
⚡ Les vitamines du groupe B participent à un métabolisme énergétique normal.

Offrez à vos enfants un soutien nutritionnel adapté à leur croissance, tout en leur faisant plaisir avec un goût agréable.

Parce qu'un enfant en pleine forme est un enfant prêt à apprendre, à jouer et à réaliser ses rêves ! 🌈

Le saviez-vous ? Les minéraux sont impliqués dans des centaines de processus dans tout le corps.Qu'il s'agisse de rester...
15/06/2026

Le saviez-vous ? Les minéraux sont impliqués dans des centaines de processus dans tout le corps.

Qu'il s'agisse de rester hydraté au soutien de la fonction musculaire et de la performance mentale quotidienne, les minéraux aident tranquillement à maintenir votre corps au meilleur de

✨ Soutenez l'hydratation et le bien-être au quotidien
💪 Contribuez à une fonction musculaire normale
🧠 Aidez à soutenir la concentration et les performances cognitives
🌱 Un mélange équilibré de minéraux essentiels en une seule formule

Faites glisser pour découvrir pourquoi les minéraux comptent plus que vous ne le pensez.



Avertissement : les produits Forever Living sont dans les catégories Supplément santé/Nutraceutique. Le produit n'est pas destiné à diagnostiquer, prévenir, traiter ou guérir une maladie. Consultez votre médecin ou votre diététicienne si vous êtes enceinte, allaitante ou sous médicaments.

*UBUKOMEZI BWA ALOE VERA GEL*🥳🥳🥳Aloe vera uyihereje ukwezi kwa mbere uratunganya ibintu vyinshi vyaparanganye✅ irahomora...
01/06/2026

*UBUKOMEZI BWA ALOE VERA GEL*🥳🥳🥳

Aloe vera uyihereje ukwezi kwa mbere uratunganya ibintu vyinshi vyaparanganye

✅ irahomora irasohora irubaka ahantu ubucafu bwononye

✅ iroza ibihimba bitandukanye bigize umubiri: mu kanywa igihogohogo umushish*to amara igitigu urwagasha amafyigo isohokero

✅aloe vera iroza igasukura umubiri irakuramwo ishano n'isumu mumubiri irasohora uturemangingo twapfuye ikongera ikarema dushasha

Kubaza Vyinshi:WhatsApp +257 69086851

Formation nutritionnelle et business réseau pour développer des compétences en MLM
01/06/2026

Formation nutritionnelle et business réseau pour développer des compétences en MLM

IKI KINYOBWA NI ICA BOSE ARIKO KIGEZE KUBAKENYEZI GIHITA GIFATA IJAMBO. ALOE BERRY NECTAR ni ikinyobwa ngaburo:👉🏾- kiguk...
31/05/2026

IKI KINYOBWA NI ICA BOSE ARIKO KIGEZE KUBAKENYEZI GIHITA GIFATA IJAMBO.

ALOE BERRY NECTAR ni ikinyobwa ngaburo:
👉🏾- kigukingira infection urinaire
👉🏾-kikurinda constipation
👉🏾- gikinga ibivyimba vyo mugitereko
👉🏾-kirica ama cellules cancéreuse
👉🏾- gituma ugira urukoba/peau nziza
Congereza ubudahangarwa bw’umubiri
👉🏾- kikurinda kurwaragurika
👉🏾- kigukingira anémie/guk**a amaraso
👉🏾-kirimwo Vitamines n'ivyunyunyu k**a vyubaka umubiri
👉🏾- kirica ubucafu n'ubumara (sumu, ishano, acides ) biri muvyo twihereza.

✍🏾Kukironka biroroshe✅, akura kuri :
📞+257 69 08 86 851

AMAGARA MEZA NITUNGA RIKOMEYE.

Address

BUJUMBURA, NGOZI
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bien être posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Bien être:

Shortcuts

Share