Amagara Nibwo Butunzi Nyabwo

Amagara Nibwo Butunzi Nyabwo Dukingire amagara yacu kuko ar'amazi aseseka ntibayore narirya ataho agurirwa

 , Abigeme canke abakenyezi batandukanye mu    bahura n'indwara zitandukanye, bamwe muribo bakibaza ko barozwe kandi ar'...
21/08/2026

, Abigeme canke abakenyezi batandukanye mu bahura n'indwara zitandukanye, bamwe muribo bakibaza ko barozwe kandi ar'indwara ziriko ziravurwa kandi zigakira!
Nawe ntutangwe, ikibazo kigiye gukemuka kuko ubuvuzi nyezina kur'ivyo bibazo vy'abakenyezi hamwe n'ibindi bwabonetse!
Mushobora gushika aho dukorera canke ar'ikibazo mufise mukatwakura kuri 61 15 06 29 kugira muronswe umuco mwongere munavurwe mutiriwe murasinzikara

Ikibazo cari gihangayikishije abantu benshi ubu cakemutse! Kwakwanya mushike aho dukorera tubakiran'urweze. Abafise ico ...
14/08/2026

Ikibazo cari gihangayikishije abantu benshi ubu cakemutse!
Kwakwanya mushike aho dukorera tubakiran'urweze.
Abafise ico babaza canke bifuza rendez-vous, mwokwakura kuri 61 15 06 29 kugira mushike mwakirwa mutiriwe muratonda

Umuti mwiza uvura ukongera ugakinga, ukaba ata bumara burimwo (sans produits chimique)!Abowukenera canke naboba bafise i...
11/08/2026

Umuti mwiza uvura ukongera ugakinga, ukaba ata bumara burimwo (sans produits chimique)!
Abowukenera canke naboba bafise ibindi bibazo vy'indwara ngendanwa vyose turabivura, mwoshobora gushika aho dukorera canke mukatwakura kuri 61 15 06 29 kugira muronswe ubufasha

Ikibazo c'uruvyaro, n'ikibazo gihanze abantu batari bake mur'iyi minsi ariko cakemutse kuko umuti waco wabonetse! Aboduk...
02/08/2026

Ikibazo c'uruvyaro, n'ikibazo gihanze abantu batari bake mur'iyi minsi ariko cakemutse kuko umuti waco wabonetse!
Abodukenera kugira baronswe ubufasha canke har'ikibazo mufise, mushobora gushika aho dukorera canke mukatwakura kuri : 61 15 06 29

Ikibazo c'ukubura uruvyaro, n'ikibazo kibangamiye benshi ariko umuti waco wabonetse! duhamagare kuri 61150629 canke mush...
01/08/2026

Ikibazo c'ukubura uruvyaro, n'ikibazo kibangamiye benshi ariko umuti waco wabonetse!
duhamagare kuri 61150629 canke mushike aho dukorera

Uyu muti benshi bama bawukenera kubera ubwiza n'ubushobozi bwawo mukuvura n'ugukinga ibibazo bifatira mugihimbbc'irondok...
08/03/2025

Uyu muti benshi bama bawukenera kubera ubwiza n'ubushobozi bwawo mukuvura n'ugukinga ibibazo bifatira mugihimbbc'irondoka c'umugabo.
N'umuti mwiza atangaruka mbi utera bivanye n'ukuntu ukozwe, abowukenera bivanye n'uburere barimwo botumenyesha kuri +257 61 150 629 kugira tubabwir aho bowutora habegereye

NGIYI   IKOMEYE YOTUMA UMUNTU YITWARARIKA     BIBI MUMUBIRIKugira ibiro vyumurengera  gushika kurwego rwo gusesa inda ar...
22/08/2024

NGIYI IKOMEYE YOTUMA UMUNTU YITWARARIKA BIBI MUMUBIRI

Kugira ibiro vyumurengera gushika kurwego rwo gusesa inda ar'ivyo bita ni imwe mu ngwara ibangamiye abantu benshi kandi ifise ingaruka mbi mugihe umuntu atabikoreyeko

🔍 WOBIMENYA GUTE KO UFISE UBUNINI BURENGEJE 𝗡,𝗜𝗕𝗜𝗥𝗢 𝗩𝗬𝗨𝗠𝗨𝗥𝗘𝗡𝗚𝗘𝗥𝗔❓
__________________________
Kugira umenyeko wamaze kugira ibiro birengeye ivyo wategerezwa kugira canke ko warwaye iyo ndwara bita ,urabira ku biro(poids)ufise n'uburebure (taille/en mètre)

✍🏻 Muvyukuri umuntu ari kurutonde rubereye ategerezwa kugira ibiro bingana n'isantimetero arenza kumetero
👉🏻N'ukuvuga upima nka 1,60m ibiro vyiwawe nyavyo bitegerezwa kuba 60kg . Mugihe birenze c'est danger⚡💔

Y'UMUVYIBUHO URENZE
__________________________
Ingaruka z'umuvyibuho urenze ( obésité) ni nyinshi,ndababwira zimwe zimwe:

➖ Obésité iri mu vyambere bitera indwara y'igisukari( sucré "de type 2"),izokugeza kugucirwa amaguru nibindi bihihimba bitandukanye vy'umubiri n'izindi ngaruka mbi nkoguhuma n,ibindi
➖ artériel(Ivumbuka rikabije ry'umurindi w'amaraso)
➖ veineuse :Ivurirana ry'amaraso ritera mumitsi bikaza gutuma imitsi kuziba amaraso ntabe akirengana
➖ (Indwara yokuvyimba imitsi itembereza amaraso munyama) ( vines) nkokumaguru
- vergetures(ama maribori)
AVC( accident vasculaire cérébral)amasanganya yiturika ry'imitsi yo mu BWONKO bishikaho numuntu aba paralysie(gukanyarara ibihimba vyumubiri) nka hemiplegie,paraplégie: n'ibindi
➖ Cancer(ama canseri aterwa nubumara biva muvyo twafunguye)
➖ Gusaza kare (vieillissement precoce) n'ibindi bitandukanye
➖ Gutakaza ubushobozi n'icipfuzo cokurangura amabanga y'abubatse,nokutabinezerererwa( sexuelle,frigidité&anorgasmie)

INYISHU KUMUNTU AFISE UMUVYIBUHO URENZE,NOGUSESA INDA❓

🥗 HARIHO INGABURO NZIZA IBIHEZA!
Iroza imyanda yose n,ubucafu bwo mumubiri n,ibinure bibi vyo k***a

Ikibazo c'ukurangiza vuba gifise abantu benshi ariko kiravurwa kigakira gutyo ibintu bikagenda neza umunezero ukagaruka ...
19/07/2024

Ikibazo c'ukurangiza vuba gifise abantu benshi ariko kiravurwa kigakira gutyo ibintu bikagenda neza umunezero ukagaruka mu rugo!
Dufise imiti myiza yabigenewe kandi atangaruka kubera atabumara(produits chimiques burimwo)
Abivyifuza mushobora gushika Aho dukorera canke mukakura kuri +25761150629 kugira muronke ibisobanuro vyimbitse

BITERA AGAHINDA N'UMUBABARO,Arik'inyishu yabonetse💃💃. Duhamagare 📞 canke Mutwandikire SMS ✍️ canke WhatsApp 🥏 kuri : (+2...
26/01/2024

BITERA AGAHINDA N'UMUBABARO,

Arik'inyishu yabonetse💃💃. Duhamagare 📞 canke Mutwandikire SMS ✍️ canke WhatsApp 🥏 kuri : (+257) 61150629 cank (+257) 79316133

Woba uri umugabo canke Umusore :

⭕️1. Ufise intanga nke?
⭕️2. Ufise intaga zitihuta?
⭕️3. Ufise intanga zibihumbwe?
⭕️4. Ufise intanga zamazi?
⭕️5. Udatera inda/Imbanyi (utavyara)?
⭕️6. Urangiza vuba cane canke utagira ubushake?
⭕7. ..........

Woba uri umugore/Umukobwa :

🌹1. Utagira ubushake bwo gukora imibonano mpuza bitsina?
🌹2. Uhumura/Umota nabi mu gitsina, mu kwaha?
🌹3. Utagira amavangingo?
🌹4. Utagira ububobere mu gitsina?
🌹5. Uribwa uri mu mihango/mu kwezi?
🌹6. Ufise ibiro vyinshi(Surpoids)?
🌹7. ..........

Woba uri umuntu :

📍1. Ugwaye Asima?
📍2. Ugwaye Amibe?
📍3. Ugwaye umusipa?
📍4. Ufise Umunaniro (Stress)?
📍5. Umota nabi mu kanwa nahandi ku mubiri nko mukwaha no mubirenge?
📍6. Ufise amahere ku mubiri?
📍7. Ugwaye diabète 1 na 2 ?
📍8. Ugwaye ivumbuka ry'imurindi w'amaraso?
📍9. Ugwaye sinezite?
📍10. Ugwaye pararizi?
📍11. Ugwaye umushish*to?
📍12. Ugwaye igitigu B na C?
📍13. Ugwaye Umugongo?
📍14. Ugwaye goute?
📍15. Ugwaye amenyo (av'amaraso), Ibinyigishi bivyimba?
📍16. Ugwaye kansera?
📍17. Ugwaye musipa?
📍18. Ugwaye hémorroïdes
📍19. Uragumiwe (constipation)?
📍20. Ugwaye canke ugwaje inkorora y'akanira?
📍21. ...........

✍️ Kaze uvurwe ukire burundu n'ishirahamwe mpuzamakungu rikoresha imiti idasanzwe idapfa kuboneka ahariho hose.

🏥Ufise ivyo bibazo? WIPFUZA KWOROHEREZWA MUKWIVUZA, Twakure 📞 canke mutwandikire SMS canke WhatsApp ✍️ kur'izo numéro tubafashe mukubafatira rendez vous kugira mushike mwakirwa mutiriwe murateba :
Fyonda : https://wa.me+25779316133 cnk mwakure kuri :

🥏📞✍️(+257 61150629 ou +257 79 316 133 .

Address

Bujumbura

Telephone

+25779316133

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Amagara Nibwo Butunzi Nyabwo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Amagara Nibwo Butunzi Nyabwo:

Shortcuts

Share