Iji ryinzamb yiherezo

Iji ryinzamb yiherezo Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Iji ryinzamb yiherezo, Medical and health, Bujumbura.

Yes. Numwam ibih vyos
21/07/2025

Yes. Numwam ibih vyos

21/07/2025
๐Ÿ”ด๐Ÿ”ต :Noneho igihugu ca Kenya ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช Kiracitse umunyota,๐Ÿ”ฅ Kumugoroba wuno musi wambere le 7/07/2025 Niho abanyagihugu Bomukare...
08/07/2025

๐Ÿ”ด๐Ÿ”ต :Noneho igihugu ca Kenya ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช Kiracitse umunyota,๐Ÿ”ฅ Kumugoroba wuno musi wambere le 7/07/2025 Niho abanyagihugu Bomukarere ka "KAHAWA WEST" baja guturira zimwe munyubako nkuru nkuru zaho mumuji aho baturiye "Family Bank, Supermarket" Nizindi nyubako zigiye zitandukanye nk'uko mubibona kurizino Sanamu, ivyo vyose bikaba bituruka kubwo kwanka itwaro ya President ,bifuza koyorekura intwaro, bigatuma abanyagihugu bigaragavya biteye ubwoba.

โœ๏ธDukomeze gusengera Abarundi basazwe batuye muri Kenya ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช Ndetse dusengera nabanya Kenya Bose๐Ÿ˜ฅ๐Ÿคญ

07/07/2025

Lumitel ngo ibiciro ntivyaduze ngo bahinduye inzira ucamwo? None se urashobora guhindura inzira ariko ntubimenyeshe abakiriya ndetse ukanabinyegeza, ubu sibwo busuma mubundi? Ese nibangahe bazi aho bazoca ?

Kenya ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎUburongozi bw'Igipolice mugihugu ca Kenya ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช varagabisha abanya mahanga bifadikanya n'abene gihugu ca...
07/07/2025

Kenya ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Uburongozi bw'Igipolice mugihugu ca Kenya ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช varagabisha abanya mahanga bifadikanya n'abene gihugu ca Kenya mukugira imigumuko no guturira ama Station ta Police kandi bamwe murabo banya mahanga nta vyangombwa baba bafise.

Abarundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎnibo baja imbere kuri liste yasohowe b'Igipolice hagakurikira ava kongomani ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉmaze hagakurikira abanya Rwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ nabandi babandi ............

๐Ÿ‘‰๐ŸปIMPANURO KUBARUNDI MWATSE INDARO MURI KENYA ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช NDETSE N'ABAVANDIMWE BABANYA RWANDA MWUMVA IKIRUNDI ICO MWOMENYA NUKO MWOJA KURE NIYO MIGUMUKO IRIKO IRABA MURI KENYA IYO NTABWO ARI INTAMBARA YANYU MWIBUKE KO MWEBWE MURI ABANYA MAHANGA NI MUKORE IVYABAJANYE MUREKE GUTWARWA N'IBISHO BISHO KUKO IYO NGENDO NTABWO IBEREYE NAGATO MWIKEBUKE MUREKE KWITWARA NKUKO MURI IWANYU.

Ingabo zu   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ziri mu butumwa bw'amahoro muri   ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ด zongewe ikiringo.Nyuma y'inama nyafrika yiga ku mutekano,bafashe ing...
07/07/2025

Ingabo zu ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ziri mu butumwa bw'amahoro muri ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ด zongewe ikiringo.
Nyuma y'inama nyafrika yiga ku mutekano,bafashe ingingo yo kwongeza ikiringo c'ingabo zu Burundi kubandanya zigarukana amahoro mu guhangana n'umurwi wa muri Somalia mu butumwa bwa , ikiringo kingana n'amezi 6.
Ibi bije mu gihe mu ntango z'umwaka vyari vyatangajwe ko zishobora gutahukanwa bivuye ku kutahuza nimba zokwongerwa ikiringo canke zigatahukanwa.

UYU mwarimu yishwe n'IMPANUKA agiye GUSHYINGURA uwishwe n'IMPANUKA ejo๐Ÿ˜ญ| YIGISHAGA i KAYONZA yababaje benshi| Mbega urup...
07/07/2025

UYU mwarimu yishwe n'IMPANUKA agiye GUSHYINGURA uwishwe n'IMPANUKA ejo๐Ÿ˜ญ| YIGISHAGA i KAYONZA yababaje benshi| Mbega urupfu rubii..
Kanda kuri iyi link inkuru
https://youtu.be/ODD26SXB0kY

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Iji ryinzamb yiherezo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share