Ham Harvest

Ham Harvest Informations de contact, plan et itinéraire, formulaire de contact, heures d'ouverture, services, évaluations, photos, vidéos et annonces de Ham Harvest, Health & Wellness Website, Montreal, QC.
(3)

08/24/2026

nirenganira 🙏🙏🙏

❤️ndabaramutsa ndabakumbuye.  👏 none nkwibarize , mubona vyotumarira iki kwunguka ivyo mwisi vyose ariko tukazobura ubug...
08/23/2026

❤️ndabaramutsa ndabakumbuye. 👏 none nkwibarize , mubona vyotumarira iki kwunguka ivyo mwisi vyose ariko tukazobura ubugingo?

👌Uwirata niyirate ko yamenye Imana. nayo ivyo mwisi vyo nuguhahamira Umuyaga 😭

😭harabo nakuze mbona arabagwiza tunga ubu tuvugana bari mubakene, ntukiratire ivyisi na yobu vyaheze mukanya gato

🫵🫵harabo mbona bafise amahera menshi ariko bayabanyemwo umuruho amarira, namaganya , ariko kwubaha Imana bifatanye no kubumbwa nivyo dufise bifise inyungu idasanzwe

🤣🤣Ariko hambavu yivyo aba kizwa bakwiye kwiga ama strategie meza yo guhiga amahera 👍👍🫵🤣 umunyamwete muvyakora azokorera abami, kandi Imana ihezagira ibikorwa vyintoke zacu,ivyimpwemu bitarimwo amahera bituma bigenda nabi 😭

ndakunda cane abarundi bari mumahanga, nukuri bakora ibishiboka vyose ngo babone uko bafasha imiryango yabo, hari abandi bareze amaboko ngo bazobafasha aho nabo bokora bagafasha abandi . mwibuke ko gutanga bizana umugusha kuruta guhabwa 👍

hoba hari nabakeya bankurikirana batari muburundi? Imana ibampezagirire , mwitabirize Amen yinkomezi ndabakunda cane 💕❤️❤️ ni Ernest Ham nutritionniste diététicien

08/18/2026

Twibukanye kahise kuburundi

08/16/2026

Tungurusumu (ail) muyikoresha nabi cane ivura ingwara nyinshi,yikoreshe nkumuti muzonshimira munyuma ❤️ ni Ernest Ham nutritionniste diététicien

❤️Franchement parlant 💔🫣Les African vraiment ❌Tu ne commentes aucune de mes publications Tu ne partages pas Tu ne likes ...
08/15/2026

❤️Franchement parlant 💔🫣Les African vraiment

❌Tu ne commentes aucune de mes publications
Tu ne partages pas
Tu ne likes pas
Tu ne réagis jamais
Tu es mature, n’est-ce pas ?
Mais c’est toi qui m’écris en privée
Et tu veux que je te consacre gratuitement mon temps,
Mes chers amis soyons matures.
Dans les plus de 200k de mes followers ♥️ fournir un effort pour que Moi aussi je veux le faire👌 c'est compréhensible 🙏🙏❤️ c'est Ernest Ham Chef nutritionniste diététicien ♥️ love you ❤️ +257 76 37 04 95

💔🫣 Africa 🌍 don't you ashamed?You don't comment on any of my posts
You don't share
You don't like
You never react

You're mature, aren't you?

But you're the one who writes to me privately
And you want me to devote , thank you. Do the better things and I'll do more. Is understandable 🙏👌♥️ is Ernest Ham Chef nutritionniste diététicien.I love you ❤️❤️ +257 76370495

08/14/2026

Abantu mwirabura Imana yarabahezagiye mwikomere amashi menshi, murabigikundiro, murabo guhaya, murakarorero mubandi , igihugu urimwo cose wunve kuruwagaciro, hamwe woba ubana neza nabandi ukongera ukubaha Imana ho woba urinzahabu yiyeretse umworo. Nkandira kuri 👍 , na partage twibandanirize , ni Ernest Ham nutritionniste diététicien Muzonshimira munyuma ndabakunda ♥️ cane.

08/13/2026

Ubusirimu nakaranga vyohura gute?? Sivyiza ko tudasirimuka ariko nukugaba ubusirimu bwacu ntibuduteshe akaranga kacu ❤️❤️❤️

08/10/2026

Impano dufise muburundi ni nyinshi pe, burya wetu nawamuzungu mwita yesu muzi bahushaniye hehe ?? Iyi mpano yiwe yarakwiye ahubwo kuyishira mucongereza nigifaransa .

Bamwe ngo yigira yesu ngwakora amakisha
Abandi ngo ntangorane abikora neza

None weho ubutahura gute?

08/09/2026

Cubwenge, abisi nihatari, kwinosi bisaba kuba sérieux, utabaye sérieux isi hamwe nabisi bo baraba sérieux mukukugenderako 😭😭Muzonshimira munyuma

08/08/2026

Mubonye ayahe makosha kuraba bariko batanga gâteau 🍰, aba bayihabwa bobo naco mubivuzeko ?? Iyi ndirimbo yo irimwo muyunva gute ??

Adresse

Montreal, QC

Téléphone

+25762532582

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Ham Harvest publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Contacter L'entreprise

Envoyer un message à Ham Harvest:

Raccourcis

Partager